1 Yohana 4:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Iki abe ari co kibamenyesha Mpwemu w’Imana: impwemu yose yatura Yesu Kristo ko yaje afise umubiri, iba yavuye ku Mana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Iki ni co cerekana ko bafise Mpwemu w’Imana: umuntu wese avuga ko avugishwa n’Imana, akemera ko Yesu Kristo yaje yambaye umubiri, uwo aba akoreshwa na Mpwemu w’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |