1 Yohana 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 ico twabonye tukacumva ni co tubabgira namwe, kugira ngo namwe mufatanye natwe. Kandi natwe dufatanije na Data wa twese n’Umwana wiwe Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ivyo tubabwira ni ivyo twabonye kandi twumvise, kugira ngo mufatanye natwe. Twebwe dufatanije na Data n’Umwana wiwe, Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |