1 Samweli 9:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maze Sauli abaza uwo muntu wiwe, ati Mbega none, ni twajayo tumugemura iki? Kw impamba yashize mu masaho yacu, tukaba ata ngemu tugira yo guha uwo muntu w’Imana. Mbega har’ ico dufise? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |