Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 9:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Na we aramwishura, at’ Erega mur’ iki gisagara harih’ umuntu w’Imana, kandi n’umunyacubahiro; ivyo avuga vyose bihora bishika; enda se tujeyo, kumbure yoturangira inzira tujana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 9:6
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ uyu musi nshitse kw iriba, ndasenga, nt’ Ewe Uhoraho, Mana ya databuja Aburahamu, ni waba uhaye urugendo rwanje nagenze umugisha,


Umwami arongera abarira Sadoki umuherezi, at’ Urumva, ni musubire ku murwa amahoro, mwe n’abahungu banyu bompi, Ahimasi umuhungu wawe na Yonatani mwene Abiyatari.


Yerobowamu agihagaze ku gicaniro, agira yōse imibavu, haza umuntu w’Imana avuye i Buyuda, aje i Beteli, azanywe n’ ijambo ry’Uhoraho.


Maze Elisa wa muntu w’Imana yumvise k’umwami w’Abisirayeli yitantamuriyekw impuzu ziwe, amutumako, uti N’iki gitumye witantamurirakw impuzu zawe? N’aze i wanje, aramenya yuko mu Bisirayeli harih’ ūvugishwa n’ Imana.


Uwo muntu w’Imana aramubaza, at’ Ikorokeye hehe? Arahamwereka. Araheza aca igiti, agiterera mu mazi, ya ncabiti irareremba.


Umuntu yubaha Uhoraho ni nde? Azomurangira inzira akwiye guhitamwo.


Nkomeza ijambo ry’umusavyi wanje, ngashitsa inama z’intumwa zanje, mvuga ivya Yerusalemu, nti Hazokwongera gutūrika; n’ivy’ ibisagara vy’i Buyuda, nti Bizokwubakwa, kandi nzovyutsa ahāsenyutse haho.


Ijuru n’isi bizorangira, arikw amajambo yanje nta co azoba.


Iyi ni yo mihezagiro Mose umuntu w’Imana yahezagiye Abisirayeli, atarapfa:


Mwebge mur’ ivyabona hamwe n’Imana vy’ingene twamerera mwebge abizera, tur’ abera, tugororoka, tutarik’ umugayo:


mububahe rwose mu rukundo kubg’ igikorwa cabo. Mubane amahoro.


Ariko weho, muntu w’Imana, wame uhunga ivyo, arik’ ukurikire ukugororoka, n’ukwubaha Imana, n’ukwizera, n’urukundo, n’ukwihangana, n’ubugwaneza,


Bukeye haza umuntu w’Imana kuri Eli, aramubarira, at’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Mbega ntiyiyeretse inzu ya sogokuruza, bakiri muri Egiputa mu buja kwa Farawo?


Uwo muntu yishura Sauli, at’ Ehe ndafise ikigirakane ca shekeli y’ifeza; ndagiha uwo muntu w’ Imana kugira ngw aturangire inzira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ