Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 9:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Maze Sauli aramwishura, ati Mbega sind’ Umubenyamini, ari wo muryango mutoya hanyuma y’iyindi yo mu Bisirayeli? Kand’ inzu yacu si yo ntoya hanyuma y’ayandi mazu yose yo mu Babenyamini? None n’iki gitumye umbarira ben’ ivyo?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 9:21
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nguriya umuryango wa Benyamini umuhererezi, ni wo ubagaba, Bo n’abaganwa b’aba Yuda n’ingabo zabo, N’abaganwa b’aba Zebuloni, n’abaganwa b’aba Nafutali.


Imana yawe ikugereye inkomezi, Mana, komeza ivyo wadukoreye;


Efurayimu iy’ avuze hose, hāba guhinda agashitsi; yigize agahambaye mu Bisirayeli; arikw igihe yacumuye kubga Bayali, yaciye apfa.


Kuk’ umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kand’ uwicisha bugufi azoshirwa hejuru.


Jewe, uwuri mu nyuma y’uwo mu nyuma y’abera bose, naherewe ubgo buntu kubgira abanyamahanga ubutumwa bgiza bg’itunga rya Kristo ritagira aho riherera,


Arikw abantu b’abagesera bamwe baravuga, bati Mbeg’ uwo muntu yodutabara ate? Baramukēngēra, ntibāruha bamuzanira n’ imishikīro. Arikw apfa kwinumira.


Kishi ni we yari se wa Sauli, kandi Neri se wa Abuneri yari mwene Abiyeli.


Samweli aramubgira, ati Naho wari warīkēngereye, mbega ntiwagizwe uwo kuganza imiryango y’ Abisirayeli? Uhoraho ntiyakwimikishije amavuta ng’ube umwami w’Abisirayeli?


Ariko Dawidi abarira Sauli, ati Mbega jewe, n’inda n’ indēsho, n’umuryango wacu, n’ inzu ya data ukw iri mu Bisirayeli, noba umukwe w’umwami?


Nukw abo bantu ba Sauli babarira Dawidi ayo majambo; Dawidi arabishura, ati Mugira ngo biroroshe kuba umukwe w’umwami, nanje nd’ umworo w’inkēngērwa?


Maze Samweli ajana Sauli n’ umuntu wiwe, abinjiza mu nzu yo kuzimaniramwo, abaha ivyicaro vy’icubahiro mu bātowe, bāri nka mirongwitatu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ