1 Samweli 9:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Kandi ku vya za ndogoba zawe, zimaze gatatu zizimiye, ntiziguhagarike umutima: zārabonetse. Mbeg’ ivy’ igikundiro vyose vyo mu Bisirayeli bibīkiwe nde? Si wewe nyene, n’inzu yose ya so? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |