1 Samweli 9:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ni mwashika mu gisagara muca mumubona ataradūga ku mpinga y’umusozi kurīrayo; kukw abantu badashobora kurya ataraza, kukw ari we ahezagira ibimazi, maz’ abātowe bakabona kurya. Nuko rero ni mudūge: muca mumubona aka kanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |