1 Samweli 9:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Barabishura, bat’ Ego me; nguyo ah’ imbere yanyu; ariko munyaruke: ni ho agishika mu gisagara, azanywe n’ukw abantu bagira batange ibimazi ku mpinga y’umusozi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Hanyuma urashika ku musozi w’ Imana, ahar’ iboma y’Abafilisitiya; ni washika mur’ ico gisagara, uja guhūra n’agakama k’abavugishwa n’Imana bamanuka bavuye ahēra ho ku mpinga y’umusozi, bafise amakembe n’udushāko tw’ingoma n’imyironge n’inanga bigenda biravugira imbere yabo; uja gusanga bariko baravugishwa n’Imana.