Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 9:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Nuko Sauli abgira uwo muntu wiwe, ati Ni vyiza; ngwino tugende. Nuko baja ku gisagara ah’ uwo muntu w’Imana yaba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 9:10
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Se wabo wa Sauli abaza Sauli na wa muntu wiwe, ati Mbega mwagiye hehe? Aramwishura, ati Twagiye kurondera za ndogoba; maze tubonye tuzibuze tuja kwa Samweli.


Bakidūga umusozi ngo bashike ku gisagara, bahūra n’abigeme bavuyeyo baja kuvoma; barababaza, bati Mbega kamenyi ni ho ari?


(Kera mu Bisirayeli, umuntu iyo yagira ic’ aja gusiguza Imana, yavuga, ati Hogi tuje kwa kamenyi; kuk’ uwitwa ūvugishwa n’Imana ubu, kera yitwa kamenyi.)


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ