Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 None rero n’upfe kubemerera, arik’ ubihanikirize cane, ubamenyeshe ingeso z’umwami azobaganza uko zizobamerera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:9
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko nihanikirije rwose ba sogokuruza banyu, mpereye umusi nabakūriye mu gihugu ca Egiputa ngashitsa no kur’ uyu musi, nzinduka mbihanikiriza, mvuga nti Ni munyumvire.


Ni nabgira umunyakibi, nti Ntuzobura gupfa: nawe ugaheza ntumubūrire, canke ng’ ugire ico uvuga co kubūrira umunyakibi ngw ave mu nzira yiwe mbi, ng’ ukize ubugingo bgiwe, uwo munyakibi azopfira mu bigabitanyo vyiwe; arikw amaraso yiwe nzoyakuronderako.


Yamara segaba ntakanyage amashamvu y’abantu, ngw abasohore mu mashamvu yabo; ariko ni yakebera abana biwe ishamvu, ayikūre ku ho yiganziye ubgiwe, ngw abantu banje boye kuzosābagizwa, ngo hagire umuntu akūrwa mw ishamvu yiwe.


Maze Samweli amenyesha abantu imiganzirize y’ubgami ukw izobamerera, avyandika mu gitabo, akibīka imbere y’Uhoraho. Samweli araheza asēzera abantu bose, barataha.


Maze Samweli abarira Abisirayeli bose, at’ Ehe rāba, nabakoreye ivyo mwansavye vyose, mbimikiye umwami wo kubaganza.


Imisi yose Sauli yabayeho hābaye indwano zigoye hagati yabo n’Abafilisitiya; kandi Sauli, iy’ abonye umuntu wese w’amagara kandi w’umuhizi yaca amujana i we.


n’ivy’imituri abaherezi bāgenewe ku bimazi vy’abantu. Iy’ umuntu atanze ikimazi, inyama zigitētswe, umusuku w’ umuherezi yaraza, afise icuma mu ntoke cārura inyama c’ingobe zitatu;


Bakugiriye nk’uko bāngiriye muri vyose, uhereye umusi nabadūganye mbakūye muri Egiputa ukageza n’ubu; kuko bāntaye, bagasaba izindi mana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ