Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 baramubarira, bat’ Ehe rāba urashaje, kand’ abahungu bawe ntibafise ingeso nk’izawe; none rer’ utwimikire umwami wo kuducīra imanza nk’ayandi mahanga yose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:5
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko nababonye mpagaze hejuru ku bitandara, Nkabitegereza mpagaze ku misozi. Rāba, n’ihanga ryībēra ukwaryo, Ritīharūra mu yandi mahanga.


Hanyuma bayisaba umwami, Imana ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini, amara ku ngoma imyaka mirongwine.


Maz’ Abisirayeli babarira Gideyoni, bati N’utuganze, wewe ubgawe, n’umwana wawe az’ atuganze, n’umwuzukuru wawe, kuko wadukijije, ukadukūra mu maboko y’Abamidiyani.


arik’ uyu musi muranse Imana yanyu, kand’ ari yo nyene ubgayo ihora ibakiza mu vyago vyanyu vyose no mu magorwa; mwarayibgiye ngo n’ibahe umwami. Nuko rero, ni muze muhagarare imbere y’Uhoraho, umuryango wose uk’ uri, n’ inzu yose ukw iri.


None rero, nguyo umwami mwitoranirije kandi mwasavye; Uhoraho abahaye umwami wo kubaganza.


Mbeg’ ubu si mw igenya ry’ingano? None ngira nsabe Uhoraho arungike imvura irimw’ imituragaro; muca mumenya kandi mubone kw ibigabitanyo vyanyu ari vyinshi, ivyo mwagabitanije imbere y’Uhoraho, ko mwisabiye umwami.


Eh’ umwami azobarōngōra nguyo; jeho ndashaje, mmeze imvi; kandi rāba abahungu banje muri kumwe: nanje murazi ko nabarōngōye uhereye mu buto bganje ugashitsa n’ubu.


Kandi ku vya za ndogoba zawe, zimaze gatatu zizimiye, ntiziguhagarike umutima: zārabonetse. Mbeg’ ivy’ igikundiro vyose vyo mu Bisirayeli bibīkiwe nde? Si wewe nyene, n’inzu yose ya so?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ