Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Uhoraho aramwishura, ati N’ubemerere, ubimikire umwami. Maze Samweli abarira Abisirayeli, ati Mwese ni mwītāhire mu bisagara vy’i wanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:22
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Naguhaye umwami mfise umwikomo, maze ndamukunyaga ndatse.


Uhoraho abarira Samweli, ati Ni wemerere abo bantu ico bakwātse cose, kukw atari wewe banse, ariko ni jewe banse ngo simbe Umwami wabo.


Hār’ umuntu w’Umubenyamini yitwa Kishi; yari mwene Abiyeli, Abiyeli wa Serori, Serori wa Bekorati, Bekorati wa Afiya w’ Umubenyamini; yar’ umuntu w’umutunzi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ