Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Samweli yumvise ivyo abantu bavuze vyose, abishikiriza Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:21
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Hezekiya ashikirizwa ico cete n’izo ntumwa, aragisoma; maz’ aradūga, aja mu ngoro y’ Uhoraho, arakigaranzura, agishira imbere y’Uhoraho.


Nuko Yefuta ajana n’abo bakuru b’i Gileyadi, abantu bamugira umugabisha wabo n’umukuru wo kubaganza; Yefuta asubira muri ya majambo yiwe yose imbere y’Uhoraho i Misipa.


Uhoraho aramwishura, ati N’ubemerere, ubimikire umwami. Maze Samweli abarira Abisirayeli, ati Mwese ni mwītāhire mu bisagara vy’i wanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ