Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Kand’ azobatwara ikigiracumi c’imikuku yanyu, namwe azobagaba ukw agomba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:17
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bati So yadutwaje igitugu; none rero, n’ utugerurire ibikorwa bibabaza so yadukoresha, utugabanyeko n’iyo ntwaro yadutwaza, natwe tuzogusaba.


kandi ni we Aburahamu yagabanirije ikigiracumi muri vyose, irya mbere asobanurwa, ng’ Umwami agororoka, kand’ irya kabiri yitwa Umwami w’i Salemu, risobanurwa, ng’ Umwami w’amahoro.


Arahagarara, atera akamo ingabo z’Abisirayeli, ati N’iki cabazanye gutonda urugamba? Mbega sind’ Umufilisitiya, namwe mukaba abaja ba Sauli? Enda ni mwitorere umuntu, amanuke aze duhwane!


Kand’ azobanyaga abagurano banyu b’abahungu n’abakobga, yikubitire intorwa mu nka zanyu no mu ndogoba, abikoreshe ibikorwa vyiwe.


Maz’ umusi muzobibona muzoborōzwa n’uwo mwami mwitoreye; arik’ uwo musi nta co Uhoraho azobishura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ