Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kand’ azobanyaga abagurano banyu b’abahungu n’abakobga, yikubitire intorwa mu nka zanyu no mu ndogoba, abikoreshe ibikorwa vyiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:16
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Erega n’inderuzo ya Salomo: Har’ abahizi mirongwitandatu bayikikije, Bo mu bahizi b’Abisirayeli.


Arik’ uwo mushumba ni yibgira mu mutima wiwe, ati Databuja aracatevye kuza; maz’ agatangura gukubita abashumba n’incoreke, no kurya no kunywa no kuborerwa,


Kand’ azobatoza ibigiracumi vy’impeke zanyu n’inzabibu kw amarari, abihe abīshikira biwe n’abantu biwe.


Kand’ azobatwara ikigiracumi c’imikuku yanyu, namwe azobagaba ukw agomba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ