Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ azofata abakobga banyu, abashinge kuba abasyi b’imbazi n’abatētsi n’abacumvyi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:13
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

abandi azobashinga kuba abagabisha b’ingabo, bamwe igihumbi abandi mirongwitanu; abandi azobagira abarimyi n’abimbuzi biwe, n’abo gucura ibirwanishwa vyiwe vy’intambara n’ivyuma vy’imikogote yiwe.


Kand’ azofata imirima yanyu n’imizabibu yanyu n’imyelayo yanyu, ibiruta ibindi kuba vyiza, abihe abantu biwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ