Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 abandi azobashinga kuba abagabisha b’ingabo, bamwe igihumbi abandi mirongwitanu; abandi azobagira abarimyi n’abimbuzi biwe, n’abo gucura ibirwanishwa vyiwe vy’intambara n’ivyuma vy’imikogote yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ umwami Salomo yar’ afise abamenyekana cumi na babiri bakwiragiye mu Bgisirayeli hose, kugira ngo bame bamutoreza ivyo kumutunga bo n’abo mu rugo rwiwe; umuntu wese yar’ afise ukwezi kumwe mu mwaka kwo kubitoza.


Maze Mose arakira abagabisha b’ingabo, abagaba ibihumbi n’abagaba amajana, batabarutse mu ntambara.


Sauli abaza abo bagendanyi biwe bamuhagaze irya n’ino, ati Yemwe mwa Babenyamini! Aho mwene Isayi uwo azoha umuntu wese muri mwebge amatongo n’imizabibu? Kandi mwese azobagira abagaba ibihumbi n’abagaba amajana,


Kand’ azofata abakobga banyu, abashinge kuba abasyi b’imbazi n’abatētsi n’abacumvyi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ