Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 8:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Nuko Samweli asigurira abantu bamusavye umwami ivyo Uhoraho yamubariye vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 8:10
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yeremiya ahejeje kubarira abantu bose amajambo yose y’Uhoraho Imana yabo, ayo Uhoraho Imana yabo yamubatumyeko, ni yo ya majambo yose,


Aravuga, at’ Umve ubugene umwami agiye kubaganza azobagirira: azofata abahungu banyu abashinge gukora ivy’ imikogote yiwe n’ivy’ amafarasi yiwe, no kwiruka imbere y’imikogote yiwe;


Nukw abakuru b’Abisirayeli bose barakorana, baja i Rama kwa Samweli,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ