Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 7:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Abafilisitiya bumvise kw Abisirayeli bakoraniye i Misipa, abaganwa babo baca badūga kubatera. Abisirayeli bavyumvise, bagira ubgoba kubg’ Abafilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 7:7
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yehoshafati agira ubgoba, aca agira umwete wo kurondera Uhoraho, ashinga umusi wo kwisonzesha mu Buyuda hose.


Farawo abegereje, Abisirayeli bunamura amaso, babona Abanyegiputa babōmye inyuma, baranduka imitima; maze batakambira Uhoraho.


Maz’ Abisirayeli babonye ko babuze epfo na ruguru, kuko bāri mu karindiro, baja kwinyegeza mu masenga no mu bisaka no mu bitandara no mu bihuma no mu vyobo vyimbiwe kubīka amazi.


Maze Sauli n’Abisirayeli bose bumvise ayo magambo y’Umufilisitiya, barīhebūra, bagira ubgoba bginshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ