Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 7:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Uko ni kw Abafilisitiya bātsinzwe, ntibasubira kurenga urubibe rw’Abisirayeli; mbere mu gihe ca Samweli cose ukuboko kw’Uhoraho kwama gushikamiye Abafilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 7:13
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma y’ivyo Dawidi anesha Abafilisitiya, abamara igabo, atsinda igisagara cabo gikuru, arakibanyaga.


Maz’ Abisirayeli bongera gukora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi; Uhoraho abatanga mu maboko y’Abafilisitiya kumara imyaka mirongwine.


kukw ehe rāba, ugiye gusama inda, uvyare umwana w’umuhungu; kandi ntihaze hagire urupfuhe rumugera ku mutwe; kuk’ uwo mwana azoba Umunaziri ku Mana uhereye akiva mu nda; kandi ni we azotangura kurokora Abisirayeli, abakūre mu maboko y’Abafilisitiya.


Nukw Abamidiyani bamarwa igabo n’Abisirayeli: ntibāsubira kuvyutsa umutwe ukundi; mu gihe ca Gideyoni igihugu gihabga impore kumara imyaka mirongwine.


Maz’ Uhoraho arungika Yerubayali na Bedani na Yefuta nanje Samweli, arabarokora, abakūra mu maboko y’abansi banyu impande zose, mwībēra amahoro.


Bamaze kuyishikanayo, ukuboko kw’Uhoraho kurwanya ico gisagara, kubaca ivutu; atērēra ibihute abo mur’ ico gisagara, abato n’abakuru, bisēsa ku mibiri yabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ