Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 7:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maze Samweli yābīra ibuye, arishinga hagati y’i Misipa n’i Sheni, aryita Ebenezeri, ati Kugeza n’ubu Uhoraho aradutabaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 7:12
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu yita aho hantu Yehova‐yire, nk’uko bavuga na bugingo n’ubu, bati Ku musozi w’Uhoraho ni ho bironkeka.


Yakobo ashinga inkingi y’ibuye ah’avuganiye na yo: ayisukakw ishikanwa ry’ibiturire, ayisukako n’amavuta ya elayo.


Mana, ni wewe wanyigishije, uhereye mu buto bganje, Kugeza n’ubu ndacavuga ibikorwa vyawe bitangaje.


Ni wewe wamye unyishigikiriye uhereye mw ivuka ryanje: Ni wewe wankūye mu nda ya mama: Ishimwe ryanje rizokwama kuri wewe.


Maze Mose yubaka igicaniro, acita Yehovanisi:


Kur’ uwo musi hazoba igicaniro cubakiwe Uhoraho mu gihugu ca Egiputa hagati, kand’ inkingi izoshingirwa Uhoraho ku rubibe rwaco.


None nabonye gutabarwa kwavuye ku Mana, ndacahagaze kugeza n’ubu, nshingira intahe aboroshe n’abahambaye, nta kindi mvuga atar’ ivy’ abāvugishwa n’Imana na Mose bāvuze ko bizoba,


yadukijije urupfu rukomeye rurtyo, kand’ izodukiza; ni yo twizigira yukw izokwama irudukiza,


Yosuwa na we ashinga amabuye cumi n’abiri nyene muri Yorodani, ah’ abaherezi bareruye isandugu y’ isezerano bahagaze: kandi ni ho akiri na bugingo n’ubu.


Maze Sauli yubakira Uhoraho igicaniro; kand’ ico gicaniro ni co ca mbere yubakiye Uhoraho.


Bukeye Abisirayeli batera Abafilisitiya, basagaza ahabangikanye n’i Ebenezeri; Abafilisitiya na bo basagaza kuri Afeka.


Abafilisitiya bafashe mpiri isandugu y’Imana, bayikūra i Ebenezeri bayijana i Ashidodi.


Ingabo z’ Abisirayeli ziva i Misipa, bakinagiza Abafilisitiya babica ingenda kurinda bashika musi y’i Beti‐kari.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ