Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 7:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Nukw ab’i Kiriyati‐yeyarimu baraza, bajana isandugu y’ Uhoraho, bayidūgana umusozi, bayishira kwa Abinadabu; maze barobanura umuhungu wiwe Eleyazari, kugira ngw abe ari we ayizezwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 7:1
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

duheze tuje kugarukana isandugu y’Imana aho turi; kuko tutāyibabaye ku ngoma ya Sauli.


Twavyumviye muri Efurata, Twabibonye mu gahinga k’i Yayari.


Ni mugende, ni mugende, muveyo; ntimugakore ku kintu gihumanya na kimwe; muve hagati yaho; mwitunganye, yemwe abashorezi b’imbombovu z’Uhoraho.


Urwo rubibe rugaheza rugakevya, rukagenda rubangikanye n’i burengerazuba rwerekeye i bumanuko, ruvuye kuri wa musozi uhera i bumanuko bg’i Beti‐horoni, rukagarukira i Kiriyati‐bayali, ari ho Kiriyati‐yeyarimu, igisagara c’ Abayuda; urwo ni rwo rwar’ urubibe rw’i burengerazuba.


Nukw Abisirayeli barahaguruka, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu. Ivyo bisagara vyari Gibeyoni na Kefira na Beroti na Kireyati‐yeyarimu.


Batuma intumwa ku baba i Kiriyati‐yeyarimu, mut’ Abafilisitiya bagarukanye isandugu y’Uhoraho; muti None ni mumanuke, muyidūgane ije i wanyu.


Kuva ku musi iyo sandugu yashikiye i Kiriyati‐yeyarimu hashira igihe kirekire, nk’imyaka mirongwibiri; ab’ inzu y’Abisirayeli bose barondera Uhoraho batuntuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ