Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Hanyuma Uhoraho yica abantu b’i Beti‐shemeshi mirongwirindwi, kuko barungurutse mw isandugu yiwe; maz’ abantu barizwa n’uk’ Uhoraho yabiciye abantu benshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:19
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ uburake bg’Uhoraho buziriringira Uza, aca amutsinda aho nyene, amuhōye ico gicumuro, agwa ngah’ i ruhande y’isandugu y’ Imana.


Nuko Yehowasi umwami w’Abisirayeli ni kwo kudūga, bahanganira na Amaziya umwami w’i Buyuda i Beti‐shemeshi h’i Buyuda nyene, bararumana.


Maz’ Uhoraho abarira Mose, ati Manuka, wihanikirize abantu boye gutwaza ngo baze iyo ndi, bampange amaso, benshi muri bo bagatikira.


Abantu bumvise iyo nkuru mbi bagira umubabaro, ntihaba hakigira umuntu yambara utugenegene twiwe two gushaza.


Kandi mu kurishingūra rigeze kugenda, Abalewi abe ari bo barishingūra, kand’ iyo hageze gushinga, Abalewi abe ari bo barishinga: kandi ni hagira uwundi wese atar’ uwo muri bo yovyēgēra akavyitamwo, aze yicwe.


Maze Aroni n’abana biwe ni baheza gutwikira ivy’ Ahēra n’ibintu vyaho vyose, igihe hageze guhaguruka ngo mugende, hanyuma aba Kohati babone kuza kubirerura; ariko ntibaze bakore ku vyēra, kuko bopfa. Ivyo ni vyo aba Kohati bagerewe kurerura vyo mu vy’ihema ry’ibonaniro.


at’ Ubgoko bg’aba Kohati, ukw imiryango yabgo iri, ntimukaburanduze ngo bukūrwe mu Balewi;


Ariko bo ntibakinjire ngo bītegereze ivyēra, ntibakabikubite n’ijisho, kuko bopfa.


Ibikir’ amabanga n’ivy’ Uhoraho Imana yacu, arikw ibimaze guhishurwa n’ivyacu n’uruvyaro rwacu ibihe vyose, kugira ngo twitondere amajambo yose y’ibi vyagezwe.


Ntihakagire umuntu abagunga impēra yanyu, nk’uko yigombera ubgiwe, ayibagungishije kwicisha bugufi no gusenga abamarayika, aguma mu vyo yabonye gusa, atewe kwihimbariza ubusa n’ubgenge bg’akameremere kiwe,


Kukw igihe gishitse c’uk’ urubanza rutangurira mu b’inzu y’Imana: none ko rutanguriye kuri twebge, iherezo ry’abatumvira ubutumwa bgiza bg’Imana rizomera rite?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ