Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 bo n’imbeba zacuzwe mw izahabu nyene, zingana n’ibisagara vyose vy’Abafilisitiya biganzwa n’abo baganwa batanu, uhereye ku bisagara vyubakiwe inzitiro no ku dusagara tutubakiwe. Ca kibuye kinini bāterekakw isandugu y’Uhoraho, kiri mu murima wa Yosuwa w’i Beti‐shemeshi, ni co kibishingira intahe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:18
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ivyo bisagara vyose vyari bikīkūjwe n’inzitiro ndende z’amabuye zirikw inzugi zugarijwe ibihindizo; hāri n’ibindi bisagara vyinshi cane bitāgira inzitiro.


uhēreye ku ruzi Shihori rurābana na Egiputa, gushitsa ku rubibe rw’i Ekuroni ahahera i burārūko, ahavugwa kw ar’ ah’ Abanyakanani: kand’ abaganwa batanu b’Abafilisitiya n’aba: uw’i Gaza, n’uw’i Ashidodi, n’uw’i Ashikeloni, n’uw’i Gati, n’uw’i Ekuroni; bo n’igihugu c’Abavimu,


Barababaza, bati Mbega tuyihongere impongano ki? Bati Muyihongere ibisa n’ibihute bitanu mucuze mw izahabu, n’ ibisa n’imbeba bitanu mucuze mw izahabu nyene, nk’ukw igitigiri c’abaganwa b’Abafilisitiya kingana; kukw icago cabashitseko mwese ari kimwe n’icashitse ku baganwa banyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ