Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Abalewi bāri bawukūyekw isandugu y’Uhoraho na ka gasandugu kari kumwe na yo, karimwo vya bintu vy’izahabu, babiteretse kuri ca kibuye kinini. Nuk’ uwo musi ab’i Beti‐shemeshi bashikanira Uhoraho ibimazi vyoshejwe n’ibindi bimazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:15
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

rugaheza rugakevya, rukava i Bayala, rukagenda rwerekeye i burengerazuba gushitsa ku musozi Seyiri; rugahita rugashika ku mucāmo uhera i burārūko w’umusozi Yeyarimu, ari wo Kesaloni, rukamanuka rugashika i Beti‐shemeshi, rugaca hafi y’i Timuna;


babarira abantu, bati Ni mwabona isandugu y’isezerano ry’Uhoraho Imana yanyu ireruwe n’abaherezi ari bo Balewi, muze muce muhaguruka muve aho muri, muyikurikire,


bo n’imbeba zacuzwe mw izahabu nyene, zingana n’ibisagara vyose vy’Abafilisitiya biganzwa n’abo baganwa batanu, uhereye ku bisagara vyubakiwe inzitiro no ku dusagara tutubakiwe. Ca kibuye kinini bāterekakw isandugu y’Uhoraho, kiri mu murima wa Yosuwa w’i Beti‐shemeshi, ni co kibishingira intahe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ