1 Samweli 6:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Nuk’ uwo mukogote uraza, ushikira mu murima wa Yosuwa w’i Beti‐shemeshi, uhagararaho. Kand’ aho hantu hār’ ikibuye kinini. Baraheza basatagura uwo mukogote mw inkwi, bazitangirakw izo nka kw ikimazi co kwosereza Uhoraho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |