Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ ab’i Beti‐shemeshi bāriko baragenya ingano mu kiyaya; bunamuye amaso babona isandugu iserutse: bayibonye baranezerwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:13
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

rugaheza rugakevya, rukava i Bayala, rukagenda rwerekeye i burengerazuba gushitsa ku musozi Seyiri; rugahita rugashika ku mucāmo uhera i burārūko w’umusozi Yeyarimu, ari wo Kesaloni, rukamanuka rugashika i Beti‐shemeshi, rugaca hafi y’i Timuna;


Izo nka zigenda zitumbereye i Beti‐shemeshi, zijana inzira y’iroro, zigenda zirābira inzira yose, ntizakebereza i buryo cank’ i bumoso; abaganwa b’Abafilisitiya baraziherekeza, bazishikana ku rubibe rw’i Beti‐shemeshi.


Nuk’ uwo mukogote uraza, ushikira mu murima wa Yosuwa w’i Beti‐shemeshi, uhagararaho. Kand’ aho hantu hār’ ikibuye kinini. Baraheza basatagura uwo mukogote mw inkwi, bazitangirakw izo nka kw ikimazi co kwosereza Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ