Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Izo nka zigenda zitumbereye i Beti‐shemeshi, zijana inzira y’iroro, zigenda zirābira inzira yose, ntizakebereza i buryo cank’ i bumoso; abaganwa b’Abafilisitiya baraziherekeza, bazishikana ku rubibe rw’i Beti‐shemeshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:12
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

na mwene Dekeri yatoza ivy’ i Makasi n’i Shalibimo n’i Beti‐shemeshi n’i Eloni‐beti‐hanani;


Maze Farawo abonye ko habaye impore, yikomantaza umutima, ntiyabumvira, nk’uk’ Uhoraho yari yaravuze.


Abisirayeli barishura, bati Tuzoca mu nzira y’iroro gusa, kandi twebge n’ivyo dushoreye ni twanywa amazi yo mu gihugu cawe, tuzotanga ic’ uzocira: reka twihitire gusa, nta kindi tuzokora.


rugaheza rugakevya, rukava i Bayala, rukagenda rwerekeye i burengerazuba gushitsa ku musozi Seyiri; rugahita rugashika ku mucāmo uhera i burārūko w’umusozi Yeyarimu, ari wo Kesaloni, rukamanuka rugashika i Beti‐shemeshi, rugaca hafi y’i Timuna;


baraheza bashira iyo sandugu y’Uhoraho kur’ uwo mukogote, bashirako na ka gasandugu karimw’ izo mbeba zacuzwe mw izahabu na vya bishushanyo vy’ibihute vyabo.


Kand’ ab’i Beti‐shemeshi bāriko baragenya ingano mu kiyaya; bunamuye amaso babona isandugu iserutse: bayibonye baranezerwa.


Maze muyishinge ijisho: ni yajana inzira ija i Beti‐shemeshi mu gihugu cayo, izoba ar’ Imana yaduterereye ivyo vyago bikomeye; ariko bitabaye birtyo tuzomenya kw atar’ ukuboko kwayo kwatwishe, bizoba ar’ ivyago vy’ivyaduka vyapfuye kutuzako gusa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ