Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 baraheza bashira iyo sandugu y’Uhoraho kur’ uwo mukogote, bashirako na ka gasandugu karimw’ izo mbeba zacuzwe mw izahabu na vya bishushanyo vy’ibihute vyabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:11
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko bashira iyo sandugu y’Imana ku mukogote musha, bayikūra kwa Abinadabu yaba kur’ uwo musozi; Uza na Ahiyo bene Abinadabu bayobora inka zikwega uyo mukogote musha.


Nuko bakūra iyo sandugu y’ Imana kwa Abinadabu, bayishize ku mukogote musha; Uza na Ahiyo bayobora inka zikwega uyo mukogote.


Uhoraho azobatērēra ibihute nk’ivyo yatērereye Abanyegiputa, no gusiduka amagara, n’urukemba n’ amahere, ivyo mutazoshobora kuvūrwa.


Nukw abo bantu babigenza bartyo; bābīra inka zibiri z’imvyeyi, baziboherak’ umukogote, izazo bazugaririra i muhira;


Izo nka zigenda zitumbereye i Beti‐shemeshi, zijana inzira y’iroro, zigenda zirābira inzira yose, ntizakebereza i buryo cank’ i bumoso; abaganwa b’Abafilisitiya baraziherekeza, bazishikana ku rubibe rw’i Beti‐shemeshi.


Barababaza, bati Mbega tuyihongere impongano ki? Bati Muyihongere ibisa n’ibihute bitanu mucuze mw izahabu, n’ ibisa n’imbeba bitanu mucuze mw izahabu nyene, nk’ukw igitigiri c’abaganwa b’Abafilisitiya kingana; kukw icago cabashitseko mwese ari kimwe n’icashitse ku baganwa banyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ