Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 6:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Kand’ iyo sandugu y’Uhoraho yar’ imaze amezi ndwi mu gihugu c’Abafilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 6:1
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Itanga icubahiro cayo ngo kijanwe kw inyagano, N’ubgiza bgayo ngo buje mu maboko y’umurwanizi.


Abafilisitiya bafashe mpiri isandugu y’Imana, bayikūra i Ebenezeri bayijana i Ashidodi.


Abatāpfuye batērērwa ibihute; induru z’ico gisagara zishika mw ijuru.


Bukeye mu mavyuka ya kare Abanyashidodi basanga Dagoni yatemvye yubamye imbere y’isandugu y’Uhoraho; barayegura, bayisubiza ahantu hayo.


Bukeye Abafilisitiya bahamagara abaherezi n’abapfumu, barababaza, bat’ Iyi sandugu y’Uhoraho tuyigenze dute? Tuyirungikane n’iki, mu ko tuyisubiza ahantu hayo?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ