Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 5:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ni co gituma abaherezi ba Dagoni n’uwinjira mu ngoro yayo wese, bitonda kudakandagira mu rwinjiriro rw’ ingoro ya Dagoni yo muri Ashidodi gushitsa n’ubu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 5:5
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kur’ uwo musi nzohana abasimba urwinjiriro rw’urusengero bose, bakuzuza inzu ya shebuja umuryano n’uruhendo.


Nuk’ uwo mugabisha w’ingabo z’Uhoraho yishura Yosuwa, ati Kūra inkweto mu birenge vyawe, kukw aho hantu uhagaze ar’ ahēra. Nuko Yosuwa abigenza artyo.


Maz’ umugabo wiwe mu gatondo aravyuka, yugurura urugi rw’inzu, arasohoka agira ngw agende. Asanga uwo mugore wiwe arambaraye imbere y’umuryango w’inzu, ibiganza vyiwe biri mu rwinjiriro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ