Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ni mushikame, murwane magabo, yemwe Bafilisitiya, mwoye kuba abaja b’Abaheburayo, nk’uko bo ar’ abacu: nuko murwane magabo!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 4:9
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko shira ubgoba, turwane kigabo, turwanire ubgoko bgacu n’ibisagara vy’Imana yacu; na we Uhoraho arakora ico ashima.


Amahanga azobajana abasubize i wabo, maz’ ab’ inzu ya Isirayeli bazoyatungira mu gihugu c’Uhoraho, yose bayahindure abaja b’abahungu n’abakobga: kand’ abābajana kw inyagano, na bo bazobajana kw inyagano, kandi bazotwara abābahahaza.


Uzobona ibara, wewe unyaga kand’ utānyazwe, uryarukana kandi batākuryarutse! Ni waheza kunyaga, nawe uzonyagwa; kandi ni wamara kuryarukana, bazokuryaruka nawe.


Mwame mugavye, mushikame mu kwizera, mube abagabo, mugire inkomezi.


Uburake bg’ Uhoraho buziriringira Abisirayeli, abagabura mu maboko y’Abafilisitiya no mu y’ Abamoni.


Maz’ Abisirayeli bongera gukora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi; Uhoraho abatanga mu maboko y’Abafilisitiya kumara imyaka mirongwine.


Maz’ Abaheburayo bari basanzwe bafatanije n’Abafilisitiya ubga mbere, bakaba bāradūganye na bo aho bāja gusagaza, na bo barahinduka, bifatanya n’Abisirayeli bari kumwe na Sauli na Yonatani.


Eka turapfuye! Ni nde yodukiza akadukūra mu maboko y’izo mana zihambaye? Izo ni za mana zāzaniye Abanyegiputa ivyago bitari bimwe mu bugaragwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ