Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Eka turapfuye! Ni nde yodukiza akadukūra mu maboko y’izo mana zihambaye? Izo ni za mana zāzaniye Abanyegiputa ivyago bitari bimwe mu bugaragwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 4:8
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Amahanga yaravyumvise, ahinda agashitsi; Ab’i Bufilisitiya, ubgoba bubafata nk’ibise.


Igihe nzobangurira ukuboko kwanje kuri Egiputa, ngakūra Abisirayeli muri bo, Abanyegiputa bazomenya ko nd’ Uhoraho.


Ut’ Ubu rero, agira agomore ivyago vyiwe vyose bitere umutima wawe, n’abanyarugo bawe, n’abantu bawe, kugira ng’ umenye yukw ata wuhwanye na we mw isi yose.


Abo bafise ubushobozi bgo gukinga ijuru, ngw imvura ntikoroke mu misi yo kuvugishwa kwabo: kandi bafise ubushobozi ku mazi kuyahindura amaraso no kubabarisha isi icago cose, uko bagomvye.


Maz’ Abafilisitiya baratinya, bat’ Imana irashitse mu nsago zabo! Bat’ Erega turapfuye! Nta ho twaribgabone nk’ivyo!


Ni mushikame, murwane magabo, yemwe Bafilisitiya, mwoye kuba abaja b’Abaheburayo, nk’uko bo ar’ abacu: nuko murwane magabo!


Abanyashidodi babonye bibaye birtyo baravugana, bat’ Isandugu y’Imana y’Abisirayeli ntikagume muri twebge, kuk’ ukuboko kwayo kudushikamiye, twe na Dagoni imana yacu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ