Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 4:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Maz’ Abafilisitiya bumvise urwo rwamo, barabazanya, bat’ Urwo rwamo rwinshi ruri mu nsago z’Abaheburayo n’urw’ iki? Hanyuma bamenya kw ar’ isandugu y’Uhoraho ishitse mur’ izo nsago.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 4:6
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abagabisha b’Abafilisitiya barabaza, bati Mbeg’ abo Baheburayo bakora iki hano? Akishi yishura abo bagabisha b’Abafilisitiya, at’ Uyu si Dawidi, yar’ umuntu wa Sauli umwami w’Abisirayeli, akaba yamaranye nanje imisi, na ko n’imyaka? Kand’ uhereye igihe yacīkiye, akaza i wanje, nta kibi namubonyeko gushitsa n’ubu.


Nukw iyo sandugu y’isezerano ry’Uhoraho ishitse aho bashagaje, Abisirayeli bose baca biha akamo icarimwe, isi irāsīra.


Maz’ Abafilisitiya baratinya, bat’ Imana irashitse mu nsago zabo! Bat’ Erega turapfuye! Nta ho twaribgabone nk’ivyo!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ