Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 4:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Aravuga, at’ Icubahiro kirashize mu Bisirayeli, kukw isandugu y’Imana ifashwe mpiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 4:22
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abaherezi babo bicwa n’ inkota, Abapfakazi babo ntibābaririra.


Ewe kuntu Umwami Imana yaratse, akūbikiza igicu ku mukobga w’i Siyoni! Yatsinze hasi ubgiza bg’ Abisirayeli abuhanuye kw ijuru, Kandi ntiyibutse indava y’ ibirenge vyiwe kur’ uwo musi w’uburake bgiwe.


Abigishwa biwe bibuka ko handitswe, ngw Ishaka ry’inzu yawe rizondya.


Ngo Kand’ ikizoba ku bahungu bawe bompi, Hofuni na Finehasi, kizokubera ikimenyamenya c’ivyo: bompi bazopfira umusi umwe.


Uwo musi nzoshitsa kuri Eli ivyo navuze ku nzu yiwe vyose, iyo biva bikagera.


Yita uwo mwana Ikabodi; at’ Icubahiro kirashize mu Bisirayeli. Icatumye avuga artyo n’ukw isandugu y’ Imana yafashwe mpiri, kandi n’ uko sebukwe n’umugabo wiwe bāpfuye.


Abafilisitiya bafashe mpiri isandugu y’Imana, bayikūra i Ebenezeri bayijana i Ashidodi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ