Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 4:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Umukazana wiwe, muka Finehasi, yar’ afise inda, ari hafi yo kuvyara. Nuko yumvise izo nkuru yukw isandugu y’Imana yafashwe mpiri, kandi ko sebukwe n’ umugabo wiwe bapfuye, aca apfukama, aravyara, kukw ibise vyaciye bimufata.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 4:19
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ abarira uwo mugore, ati Nzogwiza rwose umubabaro wawe ufise inda; uzokwama uvyara abana ubabara; kand’ umugabo wawe uzomuhoranira inyota, na we azokuganza.


Maz’ akigumiwe, umwākirizi aramubarira, ati Nta co utinya, kuk’ uhava uvyara uwundi muhungu.


Abaherezi babo bicwa n’ inkota, Abapfakazi babo ntibābaririra.


ngo Ni ho azohindura iyi ngoro kuba nk’i Shilo, kandi n’iki gisagara ngw Azogihindura ikivume ku mahanga yose yo mw isi.


Nukw amaze kuvuga ivy’ isandugu y’Imana, Eli ahanuka ku ntebe yiwe, agwa agaramye ku gikingi c’irembo, akenyura izosi, arahwera; kuko yar’ umutāma, kandi yari yiremereye. Yar’ amaze imyaka mirongwine ar’ umucamanza w’Abisirayeli.


Maz’ ari hafi yo gucīkāna, abagore bāri bamuhagaze i ruhande baramubarira, bati Rema, kuk’ uvyaye umuhungu! Ariko nta co yabishura, canke ngw anabibabare.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ