1 Samweli 4:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Nukw amaze kuvuga ivy’ isandugu y’Imana, Eli ahanuka ku ntebe yiwe, agwa agaramye ku gikingi c’irembo, akenyura izosi, arahwera; kuko yar’ umutāma, kandi yari yiremereye. Yar’ amaze imyaka mirongwine ar’ umucamanza w’Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |