Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 4:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Iyo mbitsi iramwishura, it’ Abisirayeli batsinzwe n’ Abafilisitiya, habaye agatikizo gakomeye mu bantu; ba bahungu bawe bompi Hofuni na Finehasi bapfuye; kand’ isandugu y’Imana yafashwe mpiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 4:17
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Itanga icubahiro cayo ngo kijanwe kw inyagano, N’ubgiza bgayo ngo buje mu maboko y’umurwanizi.


Abaherezi babo bicwa n’ inkota, Abapfakazi babo ntibābaririra.


Ngo Kand’ ikizoba ku bahungu bawe bompi, Hofuni na Finehasi, kizokubera ikimenyamenya c’ivyo: bompi bazopfira umusi umwe.


Uhoraho abarira Samweli, ati Rāba nzokora ikintu mu Bisirayeli, ūzocumva wese imīnzerere izomuvuga mu matwi.


Uwo musi nzoshitsa kuri Eli ivyo navuze ku nzu yiwe vyose, iyo biva bikagera.


Nuk’ uwo muntu abarira Eli, ati Ni jewe mvuye mu rugamba, nje mpunga mvuye mu ntambara uyu musi. Aramubaza, ati Vyagenze bite ga mwana wanje?


Nukw amaze kuvuga ivy’ isandugu y’Imana, Eli ahanuka ku ntebe yiwe, agwa agaramye ku gikingi c’irembo, akenyura izosi, arahwera; kuko yar’ umutāma, kandi yari yiremereye. Yar’ amaze imyaka mirongwine ar’ umucamanza w’Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ