Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 31:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Bamuca izosi, bamukoba ibirwanishwa, batuma intumwa mu gihugu c’Abafilisitiya iyo kiva kikagera, ngo bakwize inkuru mu nsengero z’ibigirwamana vyabo no mu bantu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 31:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimukabikerutse i Gati, Ntimukabitāngāze mu nzira z’i Ashikeloni, Abakobga b’Abafilisitiya boye kunezerwa, Abakobga b’abantu b’intakebga boye gutera impundu.


Maze Dawidi arirukanga, amuhagarara hejuru, asūmira inkota yiwe, ayimusokōra mu rwubati, aramuhohosha, amuca izosi. Maz’ Abafilisitiya babonye umuhizi wabo apfuye, baca baratemesha.


Maze Dawidi afata umutwe wa wa Mufilisitiya, awujana i Yerusalemu; arikw ibirwanishwa vyo asiga abibītse mw ihema ryiwe.


Maze Sauli abarira ūmutwaje ibirwanishwa, ati Sokōra inkota, uyinsogote, zirya ntakebga zoye kunshikīra ngo zinsogote, zinshinyagurire. Arik’ ūmutwaje ibirwanishwa aranka, kuko yari yagize ubgoba bginshi. Sauli ni kwo gufata iyiwe nkota, ayīsukako.


Bukeye bgaho, Abafilisitiya baje gukoba imivyimba, basanga Sauli n’abahungu biwe batatu barambaraye ku musozi Gilibowa bapfuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ