Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 31:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Uno yamutwaza ibirwanishwa abonye ko Sauli apfuye, na we yīsuka kuri rwiwe, bagwa hamwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 31:5
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Zimuri abonye ko batsinze igisagara, yitera mu munara wo mu rugo i bgami, yītuririramwo, arapfa,


Uno yamutwaza ibirwanishwa abonye ko Sauli apfuye, na we yīsuka kuri rwiwe, arapfa.


Aca ahamagara umuhungu w’umusore amutwaje ibirwanishwa, ati Sokōra inkota yawe, umpohoshe, boye kuzovuga, ngo Yishwe n’umugore. Nuk’ uwo muhungu aramusogota, arapfa.


Maze Sauli abarira ūmutwaje ibirwanishwa, ati Sokōra inkota, uyinsogote, zirya ntakebga zoye kunshikīra ngo zinsogote, zinshinyagurire. Arik’ ūmutwaje ibirwanishwa aranka, kuko yari yagize ubgoba bginshi. Sauli ni kwo gufata iyiwe nkota, ayīsukako.


Uko ni ko Sauli yapfuye, n’abahungu biwe batatu, n’uwamutwaza ibirwanishwa, bo n’ingabo ziwe zose, bapfa kur’ uwo musi nyene.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ