Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 31:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Urubgamba rusugereza Sauli, abanyamiheto bamushingiriza imyampi, bamurandura umutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 31:3
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abarashi bamuteye kubabara, Bamurashe imyampi, baramuvumbukira.


Dawidi aramubaza, ati Vyagenze bite? Ntabara umbarire. Aramwishura, at’ Abantu barahunze bava mu rugamba, kandi benshi baruguyemwo, barapfa; na Sauli na Yonatani umuhungu wiwe na bo bārapfuye.


Nya muhungu amubikiye aramwishura, ati Nariko ndihitira, nshitse ku musozi Gilibowa, ngize ntya mbona Sauli yishimikije icumu, kandi mbona asugerejwe n’imikogote n’abagendera ku mafarasi.


Dawidi araheza aragenda yaka abantu b’i Yabeshi‐gileyadi amagufa ya Sauli n’aya Yonatani umuhungu wiwe, ayo bāri bārīvye mu kibuga c’i Beti‐shani, ah’ Abafilisitiya bari barayamanitse, kuri wa musi bātsinda Sauli i Gilibowa.


Maz’ umuntu umwe wo mu rugamba apfa kurasa, agema umwami w’Abisirayeli ah’ ivyuma bimukīngīra bihūrira; aca abarira ūtumbereza umukogote wiwe, ati Hindukiza, unkūre mu rugamba, kuko nkomeretse bibi.


Ūbangutse azobura ukw ahunga, n’umuhizi nta co ubuhizi bgiwe buzomumarira, n’intōre ntizoruha yikiza;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ