Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 31:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ ab’i Yabeshi‐gileyadi bumvise ivy’ Abafilisitiya bagiriye Sauli,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 31:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye abantu b’i Buyuda baraza, bahimikira Dawidi bamusutsekw amavuta, ngw abe umwami w’ umuryango w’Abayuda. Bukeye babarira Dawidi, bat’ Ab’i Yabeshi‐gileyadi ni bo bāhamvye Sauli.


Dawidi araheza aragenda yaka abantu b’i Yabeshi‐gileyadi amagufa ya Sauli n’aya Yonatani umuhungu wiwe, ayo bāri bārīvye mu kibuga c’i Beti‐shani, ah’ Abafilisitiya bari barayamanitse, kuri wa musi bātsinda Sauli i Gilibowa.


Maz’ ab’i Yabeshi‐gileyadi bose bumvise ivyo Abafilisitiya bagiriye Sauli vyose,


Ni kwo kubazanya, bati Harya har’ abo mu miryango y’Abisirayeli boba batādūze gushengerera Uhoraho i Misipa? Basanga kw ata muntu n’umwe yavuye i Yabeshi‐gileyadi ngw aze aho bashagaje mw ikoraniro ryabo,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ