Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 30:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Maze Dawidi abarira Abiyatari umuherezi mwene Ahimeleki, ati N’unzanire efodi hano. Nuko Abiyatari azanira Dawidi efodi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 30:7
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami abarira Abiyatari umuherezi, ati Hoji genda, subira i Anatoti mw ishamvu yawe; war’ ukwiye gupfa, arik’ ubu sinkwica, kuko wagenda ureruye isandugu y’Uhoraho Imana imbere ya data Dawidi, kandi kuko wababarana na we mu vyamubabaje vyose.


Umwambaro witwa efodi baze bawujishishe intahe z’izahabu, n’ inyuzi z’amasufe, n’iz’ amashigisha, n’izisa n’agahama, n’izera derere nziza zihinzwe neza, ujishwe n’ abahinga bavyo.


Ingene yinjiye mu nzu y’Imana, mu misi ya Abiyatari umuherezi mukuru, akarya imitsima y’ibiterekērwa, ar’ umuziro kuribga, ukūye abaherezi, akayihako n’abāri kumwe na we?


Nuko bongera gusiguza Uhoraho, bati Mbeg’ uwo muntu yoba ataraza? Uhoraho arabishura, at’ Ereg’ arinyegeje mu bintu vy’intēkera.


Maze Sauli abarira Ahiya, ati Zana hano isandugu y’Imana; kuko mur’ iyo misi isandugu y’Imana yajana n’ Abisirayeli.


Maze Sauli akirikw aravugana n’umuherezi, urwamo rwari mu nsago z’Abafilisitiya rurarushiriza; nuko Sauli abarira uwo muherezi, at’ Isigireho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ