30 n’ab’i Horuma, n’ab’i Korashani, n’ab’i Ataki;
Maz’ Abamaleki bamanukana n’Abanyakanani baba mur’ iyo misozi, barabanesha, barabirukana, babashitsa i Horuma.
Uhoraho yumvira Abisirayeli, agabura abo Banyakanani mu maboko yabo; babakomvomvorana n’ibisagara vyabo: aho hantu haca hitwa Horuma.
n’uw’i Horuma, n’ uw’i Aradi;
na Elitoladi na Kesili na Horuma,
Hāri na Libuna na Eteri na Ashanu,
na Elitoladi na Betula na Horuma,
hāri na Ayini na Rimona na Eteri na Ashani: ivyo na vyo vyari bine, bifise imihana ibikūkira;
Bukeye Abayuda bafatanya n’ab’i wabo b’Abasimeyoni, banesha Abanyakanani bāba i Sefati, barahageseza; ni kwo kwita ico gisagara Horuma.