Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 30:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 n’ab’i Rakala, n’abo mu bisagara vya ba Yerameyeli, n’abo mu bisagara vy’Abanyakeni;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 30:29
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abo mu ruvyaro rwa wa Munyakeni, muramu wa Mose, badūgana n’Abayuda bavuye mu gisagara co mu bigazi, baja mu bugaragwa bg’i Buyuda, ahahera i bumanuko bg’i Arada, babanayo na bene ho.


Ariko Sauli abarira Abanyakeni, ati Hogi ni mugende, muve mu Bamaleki, noye kubarandurana na bo, kuko mwagiriye Abisirayeli bose neza, igihe bādūga bava muri Egiputa. Nukw Abanyakeni bava mu Bamaleki.


Bukeye Abanyezifu baja i Gibeya kwa Sauli, baramubarira, bati Mbeg’ aho ntuzi ko Dawidi yinyegeje i wacu, mu masenga y’i Horeshi, ku musozi Hakila, ahahera i bumanuko bg’ubugaragwa?


Akishi ngw amubaze, at’ Uyu musi wateye hehe? Dawidi akamwishura, ati Nateye i bumanuko mu Buyuda; cank’ ati Nateye i bumanuko mu ba Yerameyeli; cank’ ati Nateye i bumanuko mu Banyakeni.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ