Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 30:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Abirungikira ab’i Beteli, n’ab’i Ramoti h’i bumanuko, n’ab’i Yatira;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 30:27
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arikora avayo, aja ku musozi wo ku ruhande rw’i burasirazuba rw’i Beteli, ahashinga amahema; i Beteli hasigara i burengerazuba bgiwe, i Hayi hakaba i burasirazuba bgiwe: na ho nyene ahubakira Uhoraho igicaniro, yambaza izina ryiwe.


Aho hantu aca ahita Beteli, arik’ ubga mbere ico gisagara citwa Luzi.


Maze kimwe agishinga i Beteli, ikindi i Dani.


Ibisagara vyo mu mugamba vyār’ ibi: Shamira na Yatira na Sokoho,


Ishamvu aba Yosefu baheshejwe n’ubupfindo yahēra kuri Yorodani aharābana n’i Yeriko, ku ruhande rw’i burasirazuba ku mazi ya Yeriko nyene; urubibe rwabo rwajana mu bugaragwa ruvuye i Yeriko, rugaca mu mugamba rugashika i Beteli;


rukava i Beteli rugashika i Luzi, rugakomeza inzira rugashika ku rubibe rw’Abaruki ahitwa Ataroti;


bāhawe n’imihana yose ikikije ivyo bisagara, ukarinda ushika i Balati‐beri, ari ho Rama h’i bumanuko. Iyo ni yo shamvu y’umuryango w’Abasimeyoni, nk’ ukw amazu yabo ari;


Yosuwa atuma abantu bava i Yeriko ngo baje i Hayi; hari hafi y’i Betaveni, ku ruhande rw’i Beteli rw’i burasirazuba; arababarira, ati Ni mudūge, muje gutata ico gihugu. Nukw abo bantu baradūga, baja gutata Hayi.


Nuko Yosuwa arabarungika; baja aho baja kubunda, baguma hagati ya Beteli na Hayi, ahahera i burengerazuba bga Hayi; ariko Yosuwa we, iryo joro arāra mu ngabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ