Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 30:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Har’ uwokwemera iyo nama yanyu? Uwagiye mu ntambara n’uwasigaye ku bintu bararinganiza umutigiri: baragabangana banganye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 30:24
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abami bari kumwe n’ingabo barahunga, barahunga: Umugore asigaye mu rugo ni we agabanganya iminyago.


Uheze ugabanye iminyago mu bitigiri bibiri bingana; kimwe gihabge abahizi batabarutse, ikindi gihabge ishengero ryose.


arababgira, ati Ni mwisubirire i wanyu, mugigimvye itunga ryinshi n’inka nyinshi, mujane n’amafeza n’amazahabu n’imiringa n’ivyuma n’impuzu nyinshi cane: mugabangane na bagenzi banyu iminyago y’abansi banyu.


Kand’ umuntu wese yari mu magorwa, n’ūrin’umwenda, n’ūgendana imyidogo bakoranira kuri we, aba umukuru wabo; nukw abo bantu bāri kumwe na we bāri nk’amajana ane.


Nuko Dawidi abarira abantu biwe, at’ Umuntu wese n’ahagatire inkota yiwe. Nuk’ umuntu wese ahagatira inkota, na Dawidi na we ahagatira iyiwe; nukw abantu nk’ amajana ane badūgana na Dawidi, abagiye imbere; arikw abandi amajana abiri basigara ku bintu.


Ariko Dawidi arababarira, ati Bagenzi banje, ntimwogenza murtyo ivyo Uhoraho yaduhaye, n’ukuntu yatuzigamye, akagabura mu maboko yacu ico gitero cari caduteye.


Nuk’ uhereye uwo musi abigira icagezwe n’ibgirizwa mu Bisirayeli na bugingo n’ ubu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ