1 Samweli 30:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Maze Dawidi ashika kuri ba bantu amajana abiri bāri barushe, bananirwa kumukurikira, bakabasiga ku mugezi Besori; baza gusanganira Dawidi n’abari kumwe na we. Dawidi abashikiriye arabaramutsa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |