Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 30:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 bānyaze abagore n’abāri mur’ ico gisagara bose, abato n’abakuru; ntibāri bagize uwo bica, atar’ ukubajana ar’ inyagano, bakīgīra.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 30:2
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nkavuga, nti Garukira aha, ntuharēngāne: Nt’ Aha ni ho imipfunda yawe yīshira hejuru izogarukira?


N’ukuri uburake bg’abantu buzogushimisha, Uburake buzoba busigaye uzobukenyera.


Ariko Dawidi ntiyagira umugabo cank’ umugore asiga atishe, kugira ngo ntabajane i Gati, ati Boye kuturega, ngo Dawidi yakoze artya n’ artya. Uko ni ko yahora agenza igihe cose yamaze aba mu gihugu c’Abafilisitiya.


Ntihāgira ico babura, ari gito ari kinini, ar’ abana b’abahungu cank’ ab’ abakobga, ar’ ico mu nyagano canke mu vyari vyasahuwe; Dawidi abigarukana vyose.


Nuko Dawidi n’abantu biwe bashitse kur’ ico gisagara, ni kwo gusanga bāgituriye, kand’ abagore n’abana babo b’abahungu n’abakobga bājanywe ar’ inyagano.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ