1 Samweli 30:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Dawidi aramubaza, ati None wonjana ukanshikana mur’ ico gitero? Aramwishura, ati Ndahira Imana k’utazonyica, canke k’utazontanga mu maboko ya databuja, mpeze ndakujane ah’ ico gitero kiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |